Pas encore inscrit ? Creez un Overblog!

Créer mon blog
NKURUNZIZA

NKURUNZIZA

Je suis un conférancier entrepreneur, ecrivain et homme d'affaire

Ses blogs

soulevemoi.over-blog.com

Developpement personnel pour aider les gens à exploiter leur puissance interieur
NKURUNZIZA NKURUNZIZA
Articles : 5
Depuis : 22/10/2018
Categorie : Entreprenariat

Articles à découvrir

MENYA IBINTU 10 BIGUTUMA WAMA UFISE UMUBABARO

KUDAFATA INGINGO Gufata ingingo nico kintu cambere kizotuma ugera kuco wiyemeje gushikako, iyo udafise ububasha bwo kwifatira ingingo ntuzigera uba ico wipfuza kuba. Ntuze wigere wemera ko uwundimuntu agufatira ingingo mukibanza cawe Wige kwifatira ingingo muvyo ukora vyose no mubuzima ubayemwo bwose, Niwagira ubushobozi bwo kwifatira ingino uzobon

WOMENYA GUTE INGABIRE UFISE MURI WEWE?

harigihe ushobora kumva canke kubona umuntu afise ingabire kanaka nawe bigatuma wibaza iki kibazo uti: mbega nanje noba nfise ingabire muri jewe? burya ntamuntu numwe kwisi asa nuwundi. Imana yaturemye ugutandukanye , bashobora kuba bakubwira ko usa na mama wawe canke uwundi muntu kanaka ariko ntabwo mushobora gusa ijana kwijana, kugira rero umenye

UBUHINGA 6 BWOTUMA UGWIZA UMWIMBU MUVYO UKORA

UBUHINGA INDWI BWOTUMA UGWIZA UMWIMBU MUVYO UKORA Kuba ufise ivyo ukora biguha amahera nivyiza, kuba ufise akazi ukora ukorera umuntu canke wikorera utwawe navyo nivyiza cane; Kuba ufise uwo ufatirako akarorero birafasha ukaronka icizere ko nawe ivyo ukora bishobora kugenda neza, Ndetse birashika ukaba ufise nuwugufasha mukuguha uburyo “amafarang