Umufariseri
Umufariseri
Ses blogs
Articles :
5
Depuis :
18/09/2016
Categorie :
Humour
Articles à découvrir
Papa wawe canke umugabo wawe nniwabona atashe ashitse amena inrya mwamuteguriye
Papa wawe canke umugabo wawe nniwabona atashe ashitse amena inrya mwamuteguriye ivyo ntibizogutangaz e aba yahaze inyama n ivyeri mukabare ukazomwitako ntuzombaze atashe bwije umubonye uzogorore usanga uburiri nutabikoraa kirakata 😀😀😀😀😀😀 mbisaaaa
Unyumvire uno munyeshure mumumpere amanota! bamubwiye guheraheza imigani! :
Unyumvire uno munyeshure mumumpere amanota! bamubwiye guheraheza imigani! : yishuye ati: uwushaka urupfu yanka imiti!!!! icutazi ubaza google!!! umugenzi wukuri umubonera kuri # facebook uwanka agakura akorora inda!!! igiti kigororwa numuyaga!!! , umwana w'ubute aguma yicaye!!! umugabo avukana na nyoko: # nyokoromanje .*! ivyitiranwa vy amahonda: s
Ndabira nukuri naw ingene abakobwa bavugana kwi 4ne ange: allooooo alda: wiii
Ndabira nukuri naw ingene abakobwa bavugana kwi 4ne ange: allooooo alda: wiii cva chch ange: cva mbe k wampevy chr alda: akanya chu ange: ndakwikumburiy wanjeu alda: ntuzi jew ange: mbe wamus ko waciy ugnda alda: beni yarankeney wangu ange: yoooo ahubwo mbwra muracasohkana alda: eg ch ubona twovna ningne dkundana ange: nivyza kbs alda: yooo wanjeux
English
Deutsch
español
italiano